Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah An-Naba — Ayah 18

78:18
يَوۡمَ يُنفَخُ فِي ٱلصُّورِ فَتَأۡتُونَ أَفۡوَاجٗا ١٨
Ni umusi hazovuzwa inzamba igira kabiri, mugaca muzuka mu migwimigwi1;
Footnotes
  • [1] Umugwi wose w’abantu, uzoza uri kumwe n’indongozi yawo mu Ntumwa.