Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah An-Nazi'at — Ayah 33

79:33
مَتَٰعٗا لَّكُمۡ وَلِأَنۡعَٰمِكُمۡ ٣٣
Ivyo vyose Yabibaremeye, kugira muryoherwe mwebwe n’ibitungwa vyanyu1, muvyikoreko.
Footnotes
  • [1] Izurwa ryanyu rero, rizoba ryoroshe cane ku Mana Allah gusumba irema ry’ivyo vyose Yaremye.