Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah An-Naml — Ayah 54

27:54
وَلُوطًا إِذۡ قَالَ لِقَوۡمِهِۦٓ أَتَأۡتُونَ ٱلۡفَٰحِشَةَ وَأَنتُمۡ تُبۡصِرُونَ ٥٤
Ntumwa y’Imana! Ibuka n’inkuru ya Luutwi igihe yabwira abantu biwe yarungitsweko ati: “Karashize ingani mwubahuke gukora akaranda kandi mubona inkurikizi mbi zako!