Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah An-Naml — Ayah 55

27:55
أَئِنَّكُمۡ لَتَأۡتُونَ ٱلرِّجَالَ شَهۡوَةٗ مِّن دُونِ ٱلنِّسَآءِۚ بَلۡ أَنتُمۡ قَوۡمٞ تَجۡهَلُونَ ٥٥
Ubwo vy’ukuri, murubahuka kwabira abagabo nkamwe mukabipfuza, ha kwipfuza abagore! Ahubwo rero, mwebwe muri abantu badatahura agateka k’Imana Allah kuri mwebwe, ari na co gituma muca kubiri n’amabwirizwa yayo, mukanahakana n’Intumwa yayo!”.