Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Al-Qasas — Ayah 82

28:82
وَأَصۡبَحَ ٱلَّذِينَ تَمَنَّوۡاْ مَكَانَهُۥ بِٱلۡأَمۡسِ يَقُولُونَ وَيۡكَأَنَّ ٱللَّهَ يَبۡسُطُ ٱلرِّزۡقَ لِمَن يَشَآءُ مِنۡ عِبَادِهِۦ وَيَقۡدِرُۖ لَوۡلَآ أَن مَّنَّ ٱللَّهُ عَلَيۡنَا لَخَسَفَ بِنَاۖ وَيۡكَأَنَّهُۥ لَا يُفۡلِحُ ٱلۡكَٰفِرُونَ ٨٢
Maze abipfuje kuba nka Qaaruuni bazinduka batekewe n’ubwoba n’akantu bavuga bati: “Ewe jewe wanje! Ni ukuri burya Imana Allah, Iha umusesekara w’ibibeshaho uwo Ishatse mu baja bayo, Ikanagerera uwo Ishatse muri bo. Iyo Imana Allah Itatugirira ubuntu, Yari kuduhanira hamwe na Qaaruuni ku vyo twavuze. Ewe jewe wanje! Ni ukuri, burya abagarariji ntibazoronka intsinzi namba yo gushika ku vyo bipfuza, haba mu buzima bwo kw’isi eka no mu bw’inyuma yo gupfa”.