Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Al-Qasas — Ayah 83

28:83
تِلۡكَ ٱلدَّارُ ٱلۡأٓخِرَةُ نَجۡعَلُهَا لِلَّذِينَ لَا يُرِيدُونَ عُلُوّٗا فِي ٱلۡأَرۡضِ وَلَا فَسَادٗاۚ وَٱلۡعَٰقِبَةُ لِلۡمُتَّقِينَ ٨٣
Ivyiza vyo muri ubwo buzima bw’inyuma yo gupfa, Tubigenera gusa abantu batagenzwa n’amanyama mu guhonyanga ukuri, no mu gukwiragiza ubwononyi kw’isi. Burya iherezo ryiza ryo kuronswa Ubwami bw’ijuru, ni iry’abagamburukiramana.