Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Al-'Ankabut — Ayah 42

29:42
إِنَّ ٱللَّهَ يَعۡلَمُ مَا يَدۡعُونَ مِن دُونِهِۦ مِن شَيۡءٖۚ وَهُوَ ٱلۡعَزِيزُ ٱلۡحَكِيمُ ٤٢
Mu vy’ukuri Imana Allah, Irazi neza ko ivyo bayibangikanya ata na kimwe vyimariye nkeswe kugira ico bibamariye; ni na Yo Nyenintsinzi-Mutaneshwa, Intungane mu vyo Ikora.