Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Al-'Ankabut — Ayah 43

29:43
وَتِلۡكَ ٱلۡأَمۡثَٰلُ نَضۡرِبُهَا لِلنَّاسِۖ وَمَا يَعۡقِلُهَآ إِلَّا ٱلۡعَٰلِمُونَ ٤٣
Ubu burorero rero, ni agace Twebwe Allah Ducira abantu kugira bikebuke, ariko rero nta n’ababutahura ngo banyurwe kiretse abazi Imana Allah, batahura ivyemezo n’amabwirizwa vyayo.