Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Ash-Shuraa — Ayah 52

42:52
وَكَذَٰلِكَ أَوۡحَيۡنَآ إِلَيۡكَ رُوحٗا مِّنۡ أَمۡرِنَاۚ مَا كُنتَ تَدۡرِي مَا ٱلۡكِتَٰبُ وَلَا ٱلۡإِيمَٰنُ وَلَٰكِن جَعَلۡنَٰهُ نُورٗا نَّهۡدِي بِهِۦ مَن نَّشَآءُ مِنۡ عِبَادِنَاۚ وَإِنَّكَ لَتَهۡدِيٓ إِلَىٰ صِرَٰطٖ مُّسۡتَقِيمٖ ٥٢
Muvugishwamana! Twaguhishuriye Qor’ani ivuye iwacu, nka kurya Twahishuriye Abavugishwamana bo hambere yawe; imbere y’iryo hishurirwa rero, ntiwari uzi Ibitabu bahishuriwe, eka mbere ntiwari uzi n’ukwemera canke amabwirizwa ico ari co! Ariko rero, Twagize Qor’ani kuba umuco Turongoza uwo Dushatse muri bo mu nzira igororotse. Ntumwa y’Imana! Ni ukuri wewe, uratomorera abantu ibibashikana mu nzira igororotse y’ubwislamu;