Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Ad-Dukhan — Ayah 14

44:14
ثُمَّ تَوَلَّوۡاْ عَنۡهُ وَقَالُواْ مُعَلَّمٞ مَّجۡنُونٌ ١٤
Hanyuma bakayirengagiza bakanavuga ko ari umwigishwa1 akaba n’umusazi, n’uko atari Intumwa namba!
Footnotes
  • [1] Ashikiriza ivyo yigishijwe n’abantu canke ba senyagara canke amashetani.