Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Ad-Dukhan — Ayah 15

44:15
إِنَّا كَاشِفُواْ ٱلۡعَذَابِ قَلِيلًاۚ إِنَّكُمۡ عَآئِدُونَ ١٥
Mu vy’ukuri Twebwe Allah, Tuzobakurako igihano umwanya muto, maze murabe ko mu vy’ukuri mutazosubira mu bugarariji n’ubuhuvyi mwahoramwo1. Muri ico gihe rero, Tuzoca Tubahana kandi;
Footnotes
  • [1] Ivyo rero vyarashitse, ariko ntibahavuye bemera nk’uko basezeranye.