Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Al-Jathiyah — Ayah 21

45:21
أَمۡ حَسِبَ ٱلَّذِينَ ٱجۡتَرَحُواْ ٱلسَّيِّـَٔاتِ أَن نَّجۡعَلَهُمۡ كَٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ وَعَمِلُواْ ٱلصَّٰلِحَٰتِ سَوَآءٗ مَّحۡيَاهُمۡ وَمَمَاتُهُمۡۚ سَآءَ مَا يَحۡكُمُونَ ٢١
Ahubwo rero, abubahuka gucumura izuba riva, bakanahakana bivuye inyuma Intumwa z’Imana, bagaca kubiri n’amabwirizwa y’Imana Allah bakanayibangikanya, bibaza ko mu buzima bwabo bwo kw’isi no mu bw’inyuma yo gupfa, Twobafata co kimwe n’abemeye Imana Allah n’Intumwa zayo, bakanakora n’ivyiza bitegetswe, bakanayisenga beza n’ivyo bakora vyose ku bwayo! Ingingo yabo yo kwiyumvira ko abanyavyaha n’aberanda bofatwa kumwe, ni mbi cane.