Ikirundi gehiti

Ayah by Ayah

Tags

Download Links

Ikirundi gehiti translation for Surah Al-Jathiyah — Ayah 22

45:22
وَخَلَقَ ٱللَّهُ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضَ بِٱلۡحَقِّ وَلِتُجۡزَىٰ كُلُّ نَفۡسِۭ بِمَا كَسَبَتۡ وَهُمۡ لَا يُظۡلَمُونَ ٢٢
Imana Allah, Yaremye amajuru n’isi vy’ukuri mu ntumbero yo kubatunganiriza; no kugira umwumwe wese mu bantu azohemberwe ivyo yakoze ku musi w’izuka, kandi ntibazorenganywa namba.